Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 13:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Isabato itaratangura, hagitangura kutabona neza mu marembo y’i Yerusalemu, mvuga ko bugarira amarembo, ntibaze bayugurure isabato idashize. Ndaheza nshira bamwe bo mu bantu banje kurinda amarembo ngo ntihagire umutwaro n’umwe bayacishamwo ku musi w’isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 13:19
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abadandaza n’abagura ibintu vy’ uburyo bgose barāra inyuma y’i Yerusalemu rimwe canke kabiri.


ndababgira, nt’ Amarembo y’i Yerusalemu ntaze yugururwe hataraba ku gasase, kandi ngo bayugarire, inzugi bazishirekw ibihindizo, izuba ritararenga; nti Maze mushireh’ abashibamyi bo mu baba i Yerusalemu, umuntu wese mu gishingo ciwe, aharābana n’inzu yiwe.


Kandi ni mwimbura ivyimburwa vyo mu gihugu canyu, ntimuze muherengeteze rwose gushwābūra ivyo ku mibari y’imirima yanyu, kandi ntimuze muhumbe uduhumbga tw’ivyo mwimbuye: muze mubisigarize aboro n’abanyamahanga: nd’ Uhoraho Imana yanyu.


Uwo musi uz’ ubabere isabato yo kuruhuka bihebuje, muze muwibabazeko; muze mwitondere iyo sabato yanyu, muhereye ku mugoroba w’umusi ugira icenda w’ukwo kwezi, mushitse ku mugoroba wundi.


Nukw Abayuda babgira uwakijijwe, bat’ Erega ni kw isabato: ntivyemerwa ko wikorera ikirago cawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ