Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 13:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maze nca ntātira abakuru, nti N’iki catumye ingoro y’Imana irekwa? Ndaheza nkoranya abo Balewi n’abaririmvyi, mbasubiza mu myanya yabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 13:11
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abisirayeli n’Abalewi bazokwama bazana amashikanwa azunguzwa y’ impeke n’aya vino n’ay’ amavuta, bayashingure mu vyumba ah’ imbombovu z’Ahēra zibīkwa, ari ho nyene abaherezi n’abashibamyi n’abaririmvyi barāra. Nta ho tuzohemukira ingoro y’Imana yacu.


Ndaheza ntātira abakuru bo mu Bayuda, nti N’iki gituma mukora ibibi bisa birtyo mugahumanya isabato?


Maze ndabahambarira ndabavuma, mbere bamwe ndanabakubita, mbashikura umushatsi, ndaheza mbarahiza Imana, nti Ntimuze mutirimuke ngo musubire gushingira abakobga banyu abahungu babo, canke ngo musabire abahungu banyu abakobga babo, kandi namwe ntimukabābīrire.


Mbitewe no gutinya ishengero mu kigohe, No gutinya kugawa n’iyindi miryango, Bigatuma nihorera, sindenge n’irembo—


Abataye ivyagezwe bashima abanyakibi, Arikw abitondera ivyagezwe barabarwanya.


Uko ni kw icaha c’abo basore cabaye igikomeye imbere y’Uhoraho, kuko bākēngēra ikimazi ciwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ