Nehemiya 13:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Hanyuma nsanga yukw Abalewi batakironka imituri bāgerewe, ivyo vyatumye Abalewi n’ abaririmvyi, abākora ibikorwa vy’ ingoro y’Imana, babita, umuntu wese agasubira mw itongo ryiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Tuzohora tuzana ifu yacu y’umushuzo isewe iheretuwe, n’amashikanwa yacu azunguzwa, n’umushuzo w’ ivyama ku biti vy’ubgoko bgose, n’uwa vino n’amavuta, tubishikirize abaherezi, babishingure mu vyumba vyo ku ngoro y’Imana yacu; n’Abalewi tuzobashikiriza ikigiracumi c’ivyeze vyo mu mirima yacu, kukw Abalewi ari bo bākīra ibigiracumi mu bisagara vyacu vyose aho dufise imirima.