Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 12:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

47 Kandi mu gihe ca Zerubabeli na Nehemiya Abisirayeli bātanga imituri y’abaririmvyi n’iy’ abashibamyi, nk’uko vyashinzwe ku musi n’umusi; bakongera bagaha Abalewi ivyejejwe, Abalewi na bo bakabihakw abo kuri Aroni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 12:47
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arik’ uwigishwa ijambo ry’Imana ahe umwigisha mu vyiza vyose.


Abo ni bo bāriho mu gihe ca Yoyakimu mwene Yosuwa, Yosuwa wa Yehozadaki, no mu gihe ca Nehemiya icēgēra c’umwami, na Ezira umuherezi, ari we munyabgenge w’ivyanditswe.


Abaherezi bo mu gihe ca Yoyakimu b’abakuru b’amazu ya ba sekuruza n’aba: mu ba Seraya ni Meraya; mu ba Yeremiya ni Hananiya;


Aba ni bo baherezi n’Abalewi bādūganye na Zerubabeli mwene Sheyalitiyeli na Yosuwa; ni Seraya na Yeremiya na Ezira,


Kuko har’ icagezwe cashinzwe n’ umwami kw abaririmvyi bazohora bahabga ibibatunga ku musi n’ umusi.


Nuko baragenda bahamagara abashibamyi b’irembo ry’igisagara, barababarira, bati Twagiye mu nsago z’ Abasiriya, dusanga hatarangwa umuntu n’umwe, ata n’agakakaza, atar’ amafarasi n’indogoba biziritse, kand’ amahema ar’ uko yakabaye.


Kandi ku bimutunga, agererwa ivyo kumutunga n’umwami vy’intasība, ingaburo y’uko bukeye imisi yose yamaze akiriho.


Az’ agire umugabane ungana n’uw’ abandi ku vyo kurya, ukūye ivyo yaguze itongo yarazwe na se.


ni bo bāzananye na Zerubabeli na Yosuwa na Nehemiya, na Seraya na Reyelaya na Moridekayi, na Bilishani na Misipari na Bigivayi, na Rehumu na Bayana. Igitigiri c’abagabo bo mu Bisirayeli ngiki:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ