Nehemiya 12:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 mu ba Ezira ni Meshulamu; mu ba Amariya ni Yehohanani; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ezira, uwo munyabgenge w’ivyanditswe, yar’ ahagaze ku mutara w’ibiti, bubakiye ico gikorwa nyene, yar’ ahagararanye na Matitiya na Shema na Anaya na Uriya na Hilukiya na Mayaseya; abo ni bo bār’ i buryo bgiwe; i bumoso bgiwe hāri Pedaya na Mishayeli na Malikiya na Hashumu na Hashibadana na Zekariya na Meshulamu.