Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Yoweli mwene Zikuri yar’ umukoresha wabo, na Yuda mwene Hasenuwa yar’ uwa kabiri wo mu baganza ico gisagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:9
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

N’ abo mu ba Benyamini, ni Salu mwene Meshulamu, Meshulamu wa Hodaviya, Hodaviya wa Hasenuwa;


Mu baherezi n’aba: Yedaya mwene Yoyaribu, na Yakini,


Kand’ umukoresha w’Abalewi i Yerusalemu, ari we yajejwe ibikorwa vyo mu ngoro y’Imana, ni Uzi mwene Bani, Bani wa Hashabiya, Hashabiya wa Mataniya, Mataniya wa Mika wo mu bākomotse kuri Asafu, ari bo baririmvyi.


hamwe na Gebayi na Salayi, bose na bose bar’ amajana cenda na mirongwibiri n’umunani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ