Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 I Yerusalemu hāba bamwe bo mu Bayuda no mu Babenyamini. Mu Bayuda ni Ataya mwene Uziya, Uziya wa Zekariya, Zekariya wa Amariya, Amariya wa Shefatiya, Shefatiya wa Mahalaleli, wo mu bākomotse kuri Peresi;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igikonjo ciwe citeye, uwar’ inyuma aravuka: umwākirizi aravuga, ati N’iki gitumye wīcīra icuho? Ni co catumye bamwita Peresi.


Aba ni bo bāgaba intāra bāba i Yerusalemu; ariko mu bisagara vy’i Buyuda umuntu wese yaba kw itongo ryiwe mu gisagara c’i wabo, Abisirayeli bose n’abaherezi, n’Abalewi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, bo n’ abākomotse ku basavyi ba Salomo.


na Mayaseya mwene Baruki, Baruki wa Kolihoze, Kolihoze wa Hasaya, Hasaya wa Adaya, Adaya wa Yoyaribu, Yoyaribu wa Zekariya Umunyeshiloni.


Yuda yavyaye Peresi na Zera kuri Tamari, Peresi yavyaye Hesironi, Hesironi yavyaye Ramu,


Nahasoni mwene Aminadabu, Aminadabu mwene Aruni, Aruni mwene Hesironi, Hesironi mwene Peresi,


Uru ni rwo ruvyaro rwa Peresi: Peresi yavyaye Hesironi;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ