Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 n’i Zanowa n’i Adulamu no mu bisagara bigenda bihakūkira, n’i Lakishi no mu matongo yaho, n’i Azeka no mu bisagara bihakūkira. Uko ni ko bāgerereye uhereye i Beri‐sheba ugashitsa no ku mwonga wa Hinomu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:30
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu akoroka kare, yābīra impamba n’ umukuza w’urusato wuzuye amazi, abitekerera Hagari, abishira ku rutugu rwiwe, amuha n’uwo mwana, aramwirukana; aragenda, azimagirika mu bugaragwa bg’i Beri‐sheba.


abo ni bo bana ba Ishimayeli, ayo ni yo mazina yabo, nk’ukw ibisagara vyabo biri, nk’ukw ingo zabo ziri; baba abatware cumi na babiri, nk’ukw amoko yabo ari.


Kand’ ahumanya n’i Tofeti mu mwonga wa bene Hinomu, kugira ngo hoye kugira umuntu n’umwe ahatangira umwana wiwe kw ikimazi, ar’ umuhungu cank’ umukobga, ngo yoserezwe Moleki mu muriro.


n’i Eni‐rimoni n’i Zora n’i Yarimuti,


Ababenyamini bāba i Geba n’i Mikimashi n’i Aya, n’i Beteli no mu bisagara bihakūkira,


Irembo rija ku mwonga ryasanwe na Hanuni bo n’abantu b’i Zanowa; bararyubaka, baterako n’inzugi zaryo n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo, basana uruzitiro rw’amatambge igihumbi y’ukuboko uciriye mu nkokora, bageza kw irembo ricishwamw’ umwavu.


Nuko Rabushake asubira inyuma, asanga umwami w’i Ashuri ateye i Libuna; ajayo kuko yari yumvise ko yavuye i Lakishi.


ugende ushike mu mwonga wa mwene Hinomu, aherekeye mw ishikiro ry’irembo ry’ababumvyi, uhavugire amajambo nkubarira:


Nuko rero, umve, imisi igira ize, ni jewe Uhoraho mbivuze, aha hantu ntihazoba hacitwa Tofeti, canke ngo hitwe Umwonga wa mwene Hinomu; ariko hazokwitwa Umwonga w’Imihindigiti.


Kandi bātabiye ibitabo Bayali, ni vyo biri mu mwonga wa mwene Hinomu, bagatanga abana babo b’abahungu n’abakobga kw ibimazi ngo boserezwe Moleki; ar’ ikintu ntābageze, kitigeze no kuza mu mutima wanje, ko bokora ivyo bizira, bagacumuza Abayuda.


Namwe muba i Maresha nzobarungikira ūzobanesha; ubgiza bg’ Abisirayeli buzoshika no muri Adulamu.


Nuko Adonisedeki umwami w’i Yerusalemu aca atuma kuri Hohamu umwami w’i Heburoni, no kuri Piramu umwami w’i Yaramuti, no kuri Yafiya umwami w’i Lakishi, no kuri Debira umwami w’i Eguloni;


rugaheza rukadūga rukajana umwonga wa mwene Hinomu gushitsa ku mucāmo w’ umusozi w’Abayebusi ahahera i bumanuko, ni wo Yerusalemu; rukadūga gushitsa ku mpinga y’ umusozi uhanamiye uwo mwonga nyene wa Hinomu ahahera i burengerazuba, ni ho umwonga Refayimu wahēra, ku ruhande rw’i burārūko.


Urwo rubibe rugaheza rukamanuka ku mucāmo w’umusozi uhanamiye umwonga wa mwene Hinomu, ni ho umwonga wa Refayimu wahēra, ku ruhande rw’i burārūko; rugaheza rukamanukana uwo mwonga nyene wa Hinomu, ahahera i bumanuko bg’ umucāmo w’umusozi w’Abayebusi, rukamanuka rukarinda rushika ahitwa Eni‐rogeli;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ