Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Petahiya mwene Meshezabeli wo mu bandurutse kuri Zera mwene Yuda ni we yar’ umushikirwa w’amajambo y’abantu bose aza ku mwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma mugenzi we aravuka, afise rwa runyuzi rusa n’agahama ku gikonjo: bamwita Zera.


Bene Yuda ni Eri, na Onani, na Shela, na Peresi na Zera: ariko Eri na Onani bapfiriye mu gihugu c’i Kanani. Bene Peresi ni Hesironi na Hamuli.


Benaya mwene Yehoyada ni we yagabisha Abakereti n’Abapeleti; kandi bene Dawidi bār’ abajenama bakuru b’umwami.


Igikorwa cabo kwar’ ugufasha aba Aroni mu vyo gukora mu ngoro y’Uhoraho, no mu nyubakwa no mu vyumba, no kwoza ibintu vyose vy’ivyera, n’ ikindi gikorwa ic’ ari co cose co mu ngoro y’Imana;


Bakurikirwa na Meremoti mwene Uriya, Uriya wa Hakosi, mu kuhasana; na we akurikirwa na Meshulamu mwene Berekiya, Berekiya wa Meshezabeli; na we akurikirwa na Sadoki mwene Bayana.


Bene Yuda bābaye ibishitsi vy’amazu n’aba: Shela, ni we gishitsi c’inzu y’Abashela; na Peresi, ni we gishitsi c’inzu y’Abaperesi; na Zera, ni we gishitsi c’inzu y’Abazera.


Yuda yavyaye Peresi na Zera kuri Tamari, Peresi yavyaye Hesironi, Hesironi yavyaye Ramu,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ