Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kuko har’ icagezwe cashinzwe n’ umwami kw abaririmvyi bazohora bahabga ibibatunga ku musi n’ umusi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:23
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ku bimutunga, agererwa ivyo kumutunga n’umwami vy’intasība, ingaburo y’uko bukeye imisi yose yamaze akiriho.


Abo ni bo baririmvyi, bār’ abakuru mu mazu ya ba sekuruza b’Abalewi, kandi bāba mur’ utwo twumba two ku rusengero, ata kindi gikorwa bakora, kukw igikorwa cabo bāgikora ku murango no mw ijoro.


Kandi mu gihe ca Zerubabeli na Nehemiya Abisirayeli bātanga imituri y’abaririmvyi n’iy’ abashibamyi, nk’uko vyashinzwe ku musi n’umusi; bakongera bagaha Abalewi ivyejejwe, Abalewi na bo bakabihakw abo kuri Aroni.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ