Nehemiya 11:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kand’ umukoresha w’Abalewi i Yerusalemu, ari we yajejwe ibikorwa vyo mu ngoro y’Imana, ni Uzi mwene Bani, Bani wa Hashabiya, Hashabiya wa Mataniya, Mataniya wa Mika wo mu bākomotse kuri Asafu, ari bo baririmvyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |