Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Abasigaye bo mu Bisirayeli no mu baherezi no mu Balewi bāba mu bindi bisagara vyose vy’i Buyuda, umuntu wese mw itongo ryiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:20
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abashibamyi, Akubu na Talimoni na bagenzi babo bāshibama ku marembo, bose na bose bar’ ijana na mirongwirindwi na babiri.


Aba ni bo bāgaba intāra bāba i Yerusalemu; ariko mu bisagara vy’i Buyuda umuntu wese yaba kw itongo ryiwe mu gisagara c’i wabo, Abisirayeli bose n’abaherezi, n’Abalewi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, bo n’ abākomotse ku basavyi ba Salomo.


Nuko Yosuwa asezera abantu, umuntu wese asubira mw ishamvu yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ