2 Maz’ abantu bahezagira abandi bose bitanze n’ imitima ikunze kuba i Yerusalemu.
Kand’ ico gisagara cari kinini kikagera kure, arikw abantu bakibamwo bari bakiri bake, kand’ amazu ntiyaribgubakwe.
Umugorwa yarampezagira, Kandi nanezereza umutima w’umupfakazi.
Asangw’ urukenyerero rwiwe rutampezagiye, Kand’ atāsusurukijwe n’ubgoya bg’intama zanje;
Abantu bawe bitanga babikunze ku musi ugomora ingabo zawe; Abasore bawe baza ah’ uri nk’ikime, Bashazishije ukwera, bavuye mu nda y’agatondotondo.
Ni musabire Yerusalemu amahoro; Abagukunda batōtahare.
ntaz’ abure kuyimusubiza izuba rikirenga, kugira ngw arāre mu mpuzu yiwe, amuhezagire; ivyo bizomubera ukugororoka imbere y’Uhoraho Imana yiwe.
Umutima wanje wose uri ku barōngōra Abisirayeli, Ku bāhevye amagara yabo mu bantu: Ni muhimbaze Uhoraho!