Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Abalewi bo ku murwa wera bose na bose bar’ amajana abiri na mirongumunani na bane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:18
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we nyene sinzomushikura ubgami bgose, ariko nzomusigariza umuryango umwe kubga Dawidi umusavyi wanje, no kubga Yerusalemu natoranije.


Abakuru b’abantu ni bo bāba i Yerusalemu; maz’ abandi bantu bose bapfinda ubupfindo kugira ng’ umuntu umwe‐umwe mur’ icumi na we az’ agerēre i Yerusalemu ku murwa wera, abandi basigaye babe mu bindi bisagara.


Hari na Mataniya mwene Mika, Mika wa Zabudi, Zabudi wa Asafu, ni we yaterera abaririmba ishimwe mu gihe co gusenga; na Bakibukiya yar’ uwa kabiri muri bagenzi biwe, na Abuda mwene Shamuwa, Shamuwa wa Galali, Galali wa Yedutuni.


Abashibamyi, Akubu na Talimoni na bagenzi babo bāshibama ku marembo, bose na bose bar’ ijana na mirongwirindwi na babiri.


Amayinga mirongwirindwi agerewe ubgoko bganyu n’igisagara canyu cera, kugira ngw ibicumuro bishire n’ivyaha birangizwe, n’ibigabitanyo bitangirwe impongano, hazanwe ukugororoka kutazoshira, ivyo weretswe n’ivyavugishijwe n’Imana ngo bimatanishwe ishashara idomwemw’ ikimenyetso, ahēra cane harobanuzwe amavuta.


Nukw aho muzobonera ca kizira c’ubuyobe bg’ubugesera, gihagaze ahantu hēra, cavuzwe na Daniyeli yavugishwa n’Imana — ūsoma ni yiyubare —


bava mu mva amaze kuzuka, bashika mu gisagara cera, babonekera benshi.


Bun’ Umurwanizi amujana mu gisagara cera, amuhagarika ku gatwe k’urusengero,


Intangaro y’urusengero uyireke, ntuyigere, kuko yahawe abanyamahanga: kandi n’igisagara cera bazogisiribanga amezi mirongwine n’abiri.


Mbona umurwa wera, Yerusalemu musha, wururuka uva mw ijuru ku Mana, witeguwe nk’uk’ umugeni asharizwa umugabo wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ