Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 hamwe na bagenzi biwe, ni bo bār’ abakuru b’amazu ya ba sekuruza, bose na bose bār’ amajana abiri na mirongwine na babiri; hari na Amashisayi mwene Asareli, Asareli wa Ahazayi, Ahazayi wa Meshilemoti, Meshilemoti wa Imeri,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:13
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bo na Elukana na Ishiya na Azareli na Yowezeri na Yashobeyamu, bo mu ba Kora;


bo na bagenzi babo bakora ibikorwa vyo mur’ iyo ngoro, bose na bose bar’ amajana munani na mirongwibiri na babiri; hari na Adaya mwene Yerohamu, Yerohamu wa Pelaliya, Pelaliya wa Amusi, Amusi wa Zekariya, Zekariya wa Pashuri, Pashuri wa Malakiya,


na bagenzi babo, abagabo b’ abahizi, bose na bose bar’ ijana na mirongwibiri n’umunani. Umukoresha wabo ni Sabudiyeli mwene Hagedolimu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ