Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 11:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 bo na bagenzi babo bakora ibikorwa vyo mur’ iyo ngoro, bose na bose bar’ amajana munani na mirongwibiri na babiri; hari na Adaya mwene Yerohamu, Yerohamu wa Pelaliya, Pelaliya wa Amusi, Amusi wa Zekariya, Zekariya wa Pashuri, Pashuri wa Malakiya,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 11:12
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Shimeya wa Mikayeli, Mikayeli wa Bayaseya, Bayaseya wa Malukiya;


na Seraya mwene Hilukiya, Hilukiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu, umubgiriza w’ingoro y’Imana;


hamwe na bagenzi biwe, ni bo bār’ abakuru b’amazu ya ba sekuruza, bose na bose bār’ amajana abiri na mirongwine na babiri; hari na Amashisayi mwene Asareli, Asareli wa Ahazayi, Ahazayi wa Meshilemoti, Meshilemoti wa Imeri,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ