Nehemiya 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 na Seraya mwene Hilukiya, Hilukiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu, umubgiriza w’ingoro y’Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Mu manza zose zikoma ku vy’Uhoraho, Amariya umuherezi mukuru ni we azoba kamaramagambo muri mwebge, na zo mu manza zose zikoma ku vy’igihugu, kamaramagambo ni Zebadiya mwene Ishimayeli, umukuru wo mu muryango wa Yuda; kand’ Abalewi bazoba abashingantahe banyu. Nuko ni mukovye, mukore, kand’ Uhoraho az’ abane n’ūca iziroranye.