8 na Mahaziya na Biligayi na Shemaya; abo ni bo baherezi.
Muri bene Harimu, ni Mayaseya na Eliya na Shemaya na Yehiyeli na Uziya.
na Meshulamu na Abiya na Miyamini,
Abalewi n’aba: Yosuwa mwene Azaniya, na Binuwi wo muri bene Henadadi, na Kadimiyeli,
mu ba Biliga ni Shamuwa; mu ba Shemaya ni Yehonatani;
na Mayaseya na Shemaya na Eleyazari na Uzi na Yehohanani na Malakiya na Elamu na Ezeri. Maz’ abaririmvyi baririmba ijwi rirenga, Yezirahiya ni we yabarōngōra.
Hakurikirako Sadoki mwene Imeri, asana ahahereranye n’inzu yiwe; hakurikira Shemaya mwene Shekaniya, umushibamyi w’irembo rihera i burasirazuba.