Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 10:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kandi dushinze gutanga uk’ umwaka utashe ikigiragatatu ca shekeli, bize bikoreshwe mu ngoro y’Imana yacu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 10:32
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

n’iri buye nshinze kw inkingi rizoba inzu y’ Imana: ati Kandi ku vy’uzohora umpa vyose, sinzobura kuguhamw’ ikigiracumi.


Ivyo bākūye mu masahu bāsahuye mu ntambara, babitangakw inyegu ngo bibīkirwe kuzohora bitunganya ingoro y’Uhoraho.


Mur’ iyo misi mbona bamwe bo mu Bayuda bagana vino kw isabato, n’abandi mbona bimburira mu bigega, abandi baremeka indogoba zabo vino n’inzabibu n’ insukoni n’ibintu vy’uburyo bgose, babizana i Yerusalemu ku musi w’isabato. Mbasanga aho badandariza, ndabahambarira kur’ uwo musi nyene baguriyekw ivyo kurya.


Mbega ntimubona kw Imana yacu yaturekuriyekw ivyago, twe n’iki gisagara, kuko ba sogokuruza bacu bākoze bartyo? None namwe murushiriza gukwēgera Abisirayeli uburake, kuko mwama muhumanya isabato.


Maze ndabahambarira, ndababaza, nt’ Igituma murāra inyuma y’uruzitiro n’iki? Ni mwasubīra nzobafata. Kuva ico gihe ntibāsubiriye kugaruka kw isabato.


Na jewe nyene, twe na bene wacu n’ abantu banje, har’ abamaze kutugurānakw amahera n’impeke; non’ enda tubibahebere.


Wabamenyesheje isabato yawe yera, ubashirirah’ amabgirizwa n’ivyashinzwe n’ ivyagezwe, ubitumye umusavyi wawe Mose.


arik’ umwaka ugira indwi muzireke zirāre, zibe imisito, kugira ngw abakene bo mu bgoko bganyu barye ivyimeza, maz’ uduhūmbga basize turibge n’ibikōko vyo ku misozi. N’uruzabibu rwanyu n’ibiti vyanyu vy’imyelayo abe ari ko muzobigenza.


Wubahishe Uhoraho ibintu vyawe, Bo n’umushuzo w’ivyeze vyawe vyose.


Kukw iyo har’ umutima ukunze, wemerwa ku vy’umuntu afise, si ku vy’ adafise.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ