14 Abakuru‐bakuru bo mu bantu n’aba: Paroshi na Pahati‐Mowabu na Elamu na Zatu na Bani,
na Hodiya na Bani na Beninu.
na Buni na Azigadi na Bebayi,
Malakiya mwene Harimu, na Hashubu mwene Pahati‐mowabu, basana ikindi gice, bo n’umunara wo ku matanure.
Abo mu ba Binuwi n’ amajana atandatu na mirongwine n’umunani.
abo mu ba Paroshi n’ ibihumbi bibiri n’ijana na mirongwirindwi na babiri.