Mika 7:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ūrusha abandi kumera neza ameze nk’umukere, kand’ ūbaye ūrusha abandi kugororoka n’insobane kurusha uruzitiro rw’amahwa: umusi wavuzwe n’abashibamyi bawe urashitse, ari wo wo guhanwa kwawe; kandi muzogwa mu gahundwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |