Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mika 7:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Amahanga azobibona amāramāre, nah’ ubushobozi bgayo bgari bginshi; bīfate ku munwa, amatwi yabo azibe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mika 7:16
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni munyitegereze mwumirwe, Mwifate ku munwa.


ati Rāba ndi nta kimazi: nokwishura iki? Nifashe ku munwa.


Ico gihe akanwa kacu kāri kuzuye ibitwengatwenga, N’indimi zacu zāri zuzuyemw’ indirimbo: Ico gihe mu mahanga bāvuga, Bat’ Uhoraho yabakoreye ibikomeye.


Namba warakoze ivy’ ubupfu ukishira hejuru, Canke waragize ikibi wiyumvira, Ni wifate ku munwa.


Uhoraho, umanitse ukuboko, yamara ntibabibona; ariko bazobona umwete ugirira abantu, bamāramāre; mber’ umuriro uzorigata abansi bawe.


uko ni kw azojoreza amahanga menshi; abami bazozibira akanwa kabo imbere yiwe: kuko bazobona ico batābgiwe, n’ico batumvise bazocitegereza.


Kuko nzi ibikorwa vyabo n’ ivyiyumviro vyabo. Igihe kigiye kuza nzokoranya amahanga yose n’ab’ indimi zose; bazoza babone ubgiza bganje.


Uko ni ko nzogaragaza icubahiro canje, niyerekane ko nd’ Uwera, kandi nzokwimenyekanisha mu maso y’ amahanga menshi; maze bazomenya yuko jewe nd’ Uhoraho.


Abamenyi bazotētērwa, n’abapfumu bamāramāre; mbere bose bazojorerwa, kukw ata co bishuwe kivuye ku Mana.


Kand’ amasigarira ya Yakobo azoba mu mahanga no mu moko menshi nk’intambge iri mu bikōko vyo mu kibira, canke nk’umugunza wayo uri mu mikuku y’intama: iyo uziciyemwo, urazinyukanyuka, ukazitabagura, ata wo kuzikiza.


kandi nzokwubika ingoma z’abami, mpenebereze ububasha bg’ubgami bg’amahanga; nzokwubika imikogote y’intambara n’abayigenderamwo, kand’ amafarasi azogwaho, bo n’abayagenderako, umuntu wese agwe yishwe n’inkota ya mugenzi we.


Kandi kur’ uwo musi nzokwitwaririka kugeseza amahanga yose yaje gutera i Yerusalemu.


Ariko turazi yukw ivy’ ivyagezwe bivuga vyose bibibgira abaganzwa na vyo, kugira ngw akanwa kose kazibge, kand’ abari mw isi bose babe abo gutsindwa n’urubanza imbere y’Imana:


Kand’ amahanga araraka, uburake bgawe buraza, igihe co guciramw’ amateka abapfuye kirashika, n’ico kugereramw’ abasavyi bawe, ni bo bavugishwa nawe, no kugerera abera n’abubaha izina ryawe, aboroshe n’abahambaye, n’ico guhonerezamw’ abahonnya isi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ