Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mika 6:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Mbega nokwirengagiza itunga ryandurutse mu vyaha riri mu mazu y’abanyakibi, cank’ ingero zitūvya, zivumwa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mika 6:10
21 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Itunga rironkeshejwe ubugunge ntirigira ikimazi, Arik’ ubugororotsi bukūra mu rupfu.


Umunzane ubesha n’igisesema k’Uhoraho, Arikw ikilo c’ukuri kiramuhimbara.


Ibilo bitangana n’ibigeresho bitangana Vyompi n’igisesema k’Uhoraho.


Ibilo bitangana n’igisesema k’Uhoraho, Kand’ umunzane w’ibinyoma si mwiza.


Kuronkesha ubutunzi ururimi rw’ibinyoma Ni nk’umuyaga uhita; ababurondera baba barondeye urupfu.


Kuko batazi gukora ibitunganye, ni k’Uhoraho agize, birundaniriza umuryano n’ubgambuzi mu ngoro zabo.


Ni mwāmāmaze ibi mu ngoro zo muri Ashidodi, no mu ngoro zo mu gihugu ca Egiputa, muti Ni mukoranire ku misozi y’i Samariya, murābe imivurungano iriyo ukw ingana, n’ukuntu huzuye agahahazo!


Ijwi ry’Uhoraho rirasemerera, ribarira igisagara — kand’ umunyabgenge azokwubaha izina ryiwe — riti Ni wumve wa hanga we, nawe koraniro ryo mu gisagara!


Kur’ uwo musi nzohana abasimba urwinjiriro rw’urusengero bose, bakuzuza inzu ya shebuja umuryano n’uruhendo.


Ndabaza, nti Mbega n’igiki? Arambarira, ati Kirya n’ingero yitwa efa ije. Kand’ at’ Ivyo ni vyo bigabitanyo vyabo mu gihugu cose.


Arikw Abisirayeli bacumura mu vyagizwe inyegu y’Uhoraho; Akani mwene Karami, Karami wa Zabudi, Zabudi wa Zerahi, wo mu muryango wa Yuda, ni we yasotōye ku vyagizwe inyegu; maz’ uburake bg’Uhoraho buziriringira Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ