Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mika 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ukuboko kwawe n’ukubangurire abarwanizi bawe, kand’ abansi bawe bose ni barandurwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mika 5:9
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kūra hasi, Uhoraho we; Mana, urāmvure ukuboko kwawe; Ntiwibagire ūciye bugufi.


Bituma amanika ukuboko, arabarahira Yukw azobatsinda mu bugaragwa,


Ukuboko kwawe kuzoserangura ababisha bawe bose; Ukuboko kwawe kw’i buryo kuzoserangura abakwanka.


Nzogufatisha ukuboko kwanje, ngukūremwo rwose inkamba zawe, nkumaremw’ urwevu rwawe rwose.


Bazohwikira Abafilisitiya b’i burengerazuba, babagwe ku gakanu, bazokwifatanya banyage ab’i burasirazuba; bazorāmvura ukuboko bacakire Abanyedomu n’Abanyamowabu; Abamoni bazobayoboka.


Uhoraho, umanitse ukuboko, yamara ntibabibona; ariko bazobona umwete ugirira abantu, bamāramāre; mber’ umuriro uzorigata abansi bawe.


Uhoraho aravuga, ati Hinge mvyaguruke non’ ubu, non’ ubu ngira mpaguruke, non’ ubu ngira nishire hejuru.


Maz’ umumarayika w’Uhoraho arasohoka, atera mu nsago z’Abashuri, yicamw’ ingabo ibihumbi ijana na mirongumunani na bitanu: abantu bavyutse mu gatondo basanga ingabo zose ar’ imihindigiti y’imivyimba.


kandi nzokwubika ingoma z’abami, mpenebereze ububasha bg’ubgami bg’amahanga; nzokwubika imikogote y’intambara n’abayigenderamwo, kand’ amafarasi azogwaho, bo n’abayagenderako, umuntu wese agwe yishwe n’inkota ya mugenzi we.


Muri Efurayimu nzohaca imikogote, n’i Yerusalemu nzohaca amafarasi, kand’ imiheto y’intambara izocibga. Uyo azobgira amahanga ivy’ amahoro, kand’ ubgami bgiwe buzohēra ku kiyaga bushike ku kindi, buhēre no kuri rwa Ruzi bushike ku mpera y’isi.


Arikw abo bansi banje batākunze ko mbaganza ni mubazane hano, mubīcire imbere yanje.


Kuko guhangama azokwama ahangamye gushitsa ah’ azoshirira abansi biwe bose musi y’ibirenge vyiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ