Mika 5:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kand’ amasigarira ya Yakobo azoba mu mahanga no mu moko menshi nk’intambge iri mu bikōko vyo mu kibira, canke nk’umugunza wayo uri mu mikuku y’intama: iyo uziciyemwo, urazinyukanyuka, ukazitabagura, ata wo kuzikiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |