Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mika 5:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kandi nzoshingūra muri wewe ibitabo vyawe watabiye Ashera, mponnye ibisagara vyawe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mika 5:14
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi bishingiye inkingi na Ashera ku musozi wose uhagaze, no musi y’igiti cose gitotahaye;


Yo kwihōresha amahanga, No guhanisha amoko;


Kugira ngo babashitsekw iteka ryanditswe: Ivyo ni vyo bitera icubahiro abakunzi biwe bose. Haleluya!


ariko muze musangangure ibicaniro vyabo, mumenagure amabuye bāshinze, mutemagure inkingi bāshingiye Ashera;


Kandi ntazotumbera ibicaniro, ivyo yubatse n’amaboko yiwe, ntazoshira amaso ku vyo intoke ziwe zakoze, canke ku nkingi bashingira Ashera n’izo bashingira izuba.


Ivyo ni vyo bizotuma ukugabitanya kwa Yakobo kuzokwozwa, kumuveko; kand’ imbuto zose zizova mu gukūrwakw icaha ciwe n’izi: n’ukw azohindura amabuye yose y’igicaniro nk’ingwa y’amabuye ihondaguwe, kugira ngw inkingi zari zarashingiwe Ashera n’iz’ izuba ntizize zishingwe ukundi.


Ariko ni banka kwumva, ubgoko buzokwanka nzoburandura; ndaburandure ndabuhonnye, ni jewe Uhoraho mbivuze.


Umwami Imana asanganguye amazu yose ya Yakobo ata kagongwe; Yahenuranye uburake ibihome vy’umukobga w’i Buyuda; Arabitsinda gushitsa hasi: Abami n’abaganwa babo yabahinduye ibihumane.


Kand’ Uhoraho yarashinze ivyawe, ngo Nta bandi b’izina ryawe bazosubira gutoha; nzohenebereza igishushanyo cabājwe n’igishushanyo cavugutiwe mu nkero mu nzu y’ibigirwamana vyawe; nzokwimbira icobo co kuguhambamwo, kuk’ ugayitse.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ