Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mika 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Maz’ ico gihe, ni k’Uhoraho agize, nzorandura muri wewe amafarasi, mvungavunge imikogote yawe y’intambara;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mika 5:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igihugu cabo na co cuzuye ifeza n’izahabu, kand’ ubutunzi bgabo n’isinzi; igihugu cabo cuzuye n’amafarasi, imikogote yabo n’ibitayega.


N’ukuri kwishimira ugutabarwa kuva ku misozi n’ukw’ ubusa, bo n’akarūru ko ku misozi miremire: n’ukuri Uhoraho Imana yacu muri we ni ho har’ agakiza k’Abisirayeli.


Ariko nzogirira ikigongwe inzu ya Yuda, mbakize jewe Uhoraho Imana yabo; kandi sinzobakirisha umuheto, cank’ inkota, cank’ intambara, cank’ amafarasi, cank’ abayagenderako.


Mut’ Abashuri si bo bazodukiza; muti Ntituzosimbira ku mafarasi; muti Kandi nta ho tuzokwongera kubarira ivyakozwe n’intoke zacu, ngo Mur’ imana zacu; muti Kuko kuri wewe ari ho impfuvyi zigirirwa imbabazi.


kandi nzokwubika ingoma z’abami, mpenebereze ububasha bg’ubgami bg’amahanga; nzokwubika imikogote y’intambara n’abayigenderamwo, kand’ amafarasi azogwaho, bo n’abayagenderako, umuntu wese agwe yishwe n’inkota ya mugenzi we.


Muri Efurayimu nzohaca imikogote, n’i Yerusalemu nzohaca amafarasi, kand’ imiheto y’intambara izocibga. Uyo azobgira amahanga ivy’ amahoro, kand’ ubgami bgiwe buzohēra ku kiyaga bushike ku kindi, buhēre no kuri rwa Ruzi bushike ku mpera y’isi.


Ikibujijwe, ntaze yironderere amafarasi menshi, canke ngw agire abantu atuma muri Egiputa kugira ngo yironkere umukimba w’amafarasi; kuk’ Uhoraho yababariye, ati Ntimuze musubire kujana iyo nzira ukundi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ