Mika 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Azocira imanza amoko menshi, ahane amahanga akomeye ya kure; inkota zabo bazozivunjavunja bazicuremw’ amasuka, n’amacumu bazoyavunjavunja bayakūremw’ inkero; nta hanga rizobangurira irindi hanga inkota, kandi ntibazokwiga kurwana ukundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |