Mika 3:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Abakuru baho baca imanza kubg’ ingurire, n’abaherezi baho bigishiriza ingero, n’abavugishwa baho baragurira kubona ingemu: yamara bisunga Uhoraho, bakavuga, bati Mbeg’ Uhoraho ntari muri twebge? bat’ Erega nta cago kizodushikako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |