Mika 2:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ewe Yakobo! Sinzobura gukoraniriza abawe bose hamwe, kandi sinzobura kwegeranya amasigarira y’Abisirayeli; nzobakumakumira hamwe nk’intama z’i Bosira; bazohūrīra nk’umukuku uri mwinshi mu canya cawo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |