15 Namwe muba i Maresha nzobarungikira ūzobanesha; ubgiza bg’ Abisirayeli buzoshika no muri Adulamu.
Mur’ iyo misi Yuda avana n’abo bavukana, aramanuka, asembera ku Munyadulamu yitwa Hira.
Umusi ur’ izina batatu bo muri bamwe mirongwitatu b’abahizi baramanuka, baja iyo Dawidi ari muri rya senga ry’i Adulamu; hāri mu gihe c’iyimbura, kand’ igitero c’Abafilisitiya cari gishagaje ku mwonga Refayimu.
na Beti‐suri na Sokoho na Adulamu,
None muzogira mute umusi muzoshikīrwa, no mw irandura rivudutse kure? Muzohungira kuri nde ngw abatabare? Kandi muzobītsa hehe ubutunzi bganyu?
Ku vy’Abamoni. Uku ni k’ Uhoraho agize, ati Mbega Isirayeli nta bahungu afise? Nta samuragwa agira? None n’iki gituma ikigirwamana Malukamu ari co cegukiye Gadi, n’abantu baco baba mu bisagara vyaho?
n’uw’i Libuna, n’uw’i Adulamu;
na Yaramuti na Aduwamu na Sokoho na Azeka,
na Keyila na Akizibu na Maresha; vyose na vyose vyar’ ibisagara cenda, bifise imihana ibikūkira.
Nuko Dawidi avayo, arahunga, aja mw isenga ry’i Adulamu. Bukeye bakuru be na bene wabo bose bavyumvise, baramanuka bamusangayo.