Mika 1:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ni co gituma uzoha Moresheti‐Gati ivyo gucancabura: amazu ya Akizibu azoyangārira abami b’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Imbūri yo ku bikōko vy’i bumanuko. Baca mu gihugu c’ amagorwa n’umubabaro, ah’ intambge y’ingore n’iy’ ingabo zituruka, hakaba n’imamba n’inzoka z’ubumara buturira ziguruka, baremētse indogoba z’imikangara ivy’ ubutunzi bgabo, bashize n’ivy’ itunga ryabo ku mapfupfu y’ ingamiya, kugira ngo baje kubishikanira abantu batazobagirira ikimazi.