Matayo 9:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko kugira ngo mumenye k’Umwana w’umuntu afise ububasha mw isi bgo guharira ivyaha — bun’ abgira ikimuga, ati Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko nshaka ko mutahura ko Umwana w’Umuntu afise ububasha kw’isi bwo guharira ivyaha.” Nuko abwira uwo muntu amugaye ati: “Haguruka, ikorere ikirago cawe, witahire.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |