Matayo 9:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Bamuzanira ikimuga bagiteruye mu nderuzo. Yesu abonye ukwizera kwabo, abgira ico kimuga, ati Hūmura mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nuko haza abantu bamuzaniye umuntu akongataye ku nderuzo. Yesu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Humura, mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |