Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 9:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Aja mu bgato, arajabuka, ashika mu gisagara c’i wabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Maze Yesu atambukira mu bwato, ajabuka hakurya y’ikiyaga aja mu gisagara c’iwabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 9:1
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yimuka i Nazareti, aja kuba i Kaperinawumu hafi y’ikiyaga mu rugabano rwa Zebuloni na Nafutali,


Ivyera vy’Imana ntimukabihe imbga, kand’ imaragarita zanyu ntimuziterere ingurube, kugira ngo ntizizihonyange n’inzāra zazo, maze zikabahindukirira, zikabatabagura.


Yesu abonye ishengero ryinshi rimukikije, agera ko bajabuka hakurya.


Atambukira mu bgato, abigishwa biwe baramukurikira.


Nuko Yesu agenda mu bgato, asubira hakurya, ishengero ryinshi rikoranira kuri we; yar’ i ruhande y’ikiyaga.


Abantu bose bo mu gihugu c’Abageraseni gikikije aho baramwinginga ngw ave i wabo, kuko bāri batewe n’ubgoba bginshi. Atambukira mu bgato, asubira inyuma.


Yesu agarutse, ishengero riramusanganira, kuko bose bāri bamurorereye.


Ūgabitanya n’ashishikare agabitanye; uwanduye mu mutima n’ashishikare yandure; ūgororotse n’ashishikare agororoke; uwera n’ashishikare yezwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ