Matayo 8:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 ati Mushingantahe, umuhungu wanje n’ikimuga, aryamye mu nzu, arasinzikaye cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Aramubwira ati: “Mwami, umukozi wanje aryamye i muhira, ntiyikoma kandi arababaye cane.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |