Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 8:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Abo mur’ ico gisagara bose baja gusanganira Yesu. Bamubonye, baramwinginga ngw ave mu ntāra yabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ubwo nyene abantu bose bo muri ico gisagara baja gutegera Yesu, bamubonye baramwinginga ngo abavire mu ntara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 8:34
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

baraza, babakomera ibōbo, barabasohora, babinginga kuva mur’ ico gisagara.


Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha.


Yamar’ ari bo bābariye Imana, bati Tuve i ruhande, Kuko tutagomba kumenya inzira zawe.


Bakabgira Imana, bati Tuve i ruhande; Bat’ Īshobora vyose yotumarira iki?


Nyina abarira Eliya, ati Twapfuye iki ga muntu w’Imana? Waje i wanje kwibukiriza ivyaha vyanje, no kunyicishiriza umwana?


Abonye Yesu arasemerera, amwikubita imbere, avuga n’ijwi rirenga, ati Duhūriye hehe ga Yesu, Mwana w’Imana isumba vyose? Ndakwinginze, ntumbabaze agashinyaguro.


Barasemerera, bati Duhuriye hehe ga Mwana w’Imana? Uje hano kutubabaza agashinyaguro igihe cacu kitarashika?


Maze Ahabu abonye Eliya, aramubarira, ati Mbega ni wewe nyene, n’ukuntu wateje amagorwa Abisirayeli?


Nuko Samweli agenza nk’uk’ Uhoraho yamubgiye, aja i Betelehemu. Ashitseyo, abakuru b’igisagara baza kumusanganira, bahinda agashitsi. Baramubaza, bati Mbeg’ ugenzwa n’amahoro?


None turinda gupfira iki kandi? kuk’ urya muriro uhambaye uhava utuyogeza, kandi ni twakomeza kwumva ijwi ry’Uhoraho Imana yacu, turapfa.


Kandi Amaziya atakw abgira Amosi, at’ Ewe kamenyi, enda genda uhungire mu gihugu c’i Buyuda, abe ari ho urīra utwawe, kand’ abe ari ho uvugishirizwa:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ