Matayo 8:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Aramvura ukuboko, amukorako, ati Ndakunze, humanuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |