Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kuk’ ūsaba wese ahabga; ūrondera aronka; ūramutsa yugururirwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Kuko uwusaba wese arahabwa, uwurondera araronka, n’uwudodora arugururirwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 7:8
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi n’ivy’ isengesho ryiwe, n’ ingene yemerewe, n’ivy’ ivyaha vyiwe vyose n’ugucumura kwiwe, n’ivy’ ahantu hose yatavye ibitabo, akahashinga inkingi za Ashera n’ibishushanyo bibājwe, ataricisha bugufi, ivyo vyanditswe mu majambo ya Hozayi.


Uhimbarwe n’Uhoraho, Na we azoguha ivyo umutima wawe ugomba.


Ni jewe Uhoraho, Imana yanyu, Nabakūye mu gihugu ca Egiputa: Asama cane, nanje nduzuza akanwa kanyu.


Nobagaburira ingano zisētse neza: Kandi nobahāza ubūki buvuye mu mugina wo mu gitandara.


Musabe, muzohabga; murondere, muzoronka; muramutse, muzokwugururirwa.


Har’ umuntu muri mwebge, umwana wiwe yomusaba umutsima, akamuha ibuye?


Kuk’ ūsaba wese ahabga; ūrondera aronka; ūramutsa yugururirwa.


Yesu na we atorerwa ubukwe, bo n’abigishwa biwe.


Umwami aramubarira, ati Va hasi, uje mu nzira yitwa Igororotse, ubarizeyo mu rugo kwa Yuda umuntu yitwa Sauli w’i Taruso, kukw arikw arasenga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ