Matayo 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 None mwebge, ko muzi guha abana banyu ingabire nziza muri babi, mbega So wo mw ijuru ntazorushiriza rwose guha ivyiza abamusavye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, mbega So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha ivyiza ababimusavye! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |