Matayo 6:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nuko musenge murtya, muti Data wa twese wo mw ijuru, izina ryawe ryubahwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mukwiye gusenga muvuga muti: Data wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe niryubahwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Nukw abo Balewi, Yosuwa na Kadimiyeli na Bani na Hashabuneya na Sherebiya na Hodiya na Shebaniya na Petahiya baca baravuga, bati Ni muve hasi muhimbaze Uhoraho Imana yanyu, nk’uko vyamye uhereye kera hose ugashitsa ibihe bitazoshira. Baraheza bahimbaza izina ryiwe ry’icubahiro, ari ryo rishizwe hejuru gusumba ah’ ugushima kwose n’uguhimbaza kwose bigarukira.