Matayo 6:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kugira ng’ ubuntu bgawe bugirirwe mu mpisho: kandi So, abona ibihishijwe, azoguhēra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Gutyo, gutanga kwawe kugume ari ibanga, kandi So wo mw’ijuru abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |