Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 4:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Abantu bāri bicaye mu mwiza, Babonye umuco mwinshi, Kand’ abāri bicaye mu gihugu c’urupfu no mu gitutu carwo, Umuco urasiye kuri bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 abantu bahora bicaye mu mwijima, babonye umuco mwinshi, kandi ababa mu gihugu c’igitutu c’urupfu, umuco warabarasiye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 4:16
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igihugu c’umwiza w’umuzitanya, nk’uk’ umuzimagiza nyene umeze, Ic’ igitūtu c’urupfu, ahatagira umutekano, Ah’ umuco umeze nk’umwiza.


Umwiza n’igitūtu c’urupfu biwugire uwavyo, Igicu kiwubarareko: Ivyīrīsha ubgīrakabiri vyose biwutere ubgoba.


Nta mwiza cank’ igitūtu c’ urupfu Ah’ abakora ivy’ ukugabitanya boshobora kwinyegeza.


Nawe ng’utuvunagurire ahantu h’imbgebge, Ukadutwikiriza igitūtu c’urupfu.


Ariko ntibuzosubira kwiriranira ukundi ku wahoze ari mu mubabaro. Mu gihe ca kera yateye agakēngērwe igihugu ca Zebuloni n’igihugu ca Nafutali, ariko mu gihe co hanyuma yagiteye icubahiro, ku nzira ikikiye ikiyaga, hakurya ya Yorodani, i Galilaya h’abanyamahanga.


Abantu bāgendera mu mwiza babonye umuco mwinshi, abāba mu gihugu c’igitūtu c’urupfu ni bo bākiwe n’umuco.


Muheshe Uhoraho Imana yanyu icubahiro, atarazana umwiza, ibirenge vyanyu bitaratsitarira ku misozi icuze umwiza; namwe muciteze umuco akawuhindura igitūtu c’urupfu, akawugira umwiza w’umuzitanya.


Umwe yaremye inyenyeri zitwa Kilimiya na Oriyoni abe ari we mubaza; ni we ahindura igitūtu c’urupfu kigacika agatondo, n’umurango akawuhindura umwiza w’ijoro; ni we ahamagara amazi yo mu kiyaga, akayasendanisha kw isi; Uhoraho ni ryo zina ryiwe;


Ewe mwansi wanje, nta co unyitamba hejuru! Ni natemba nzovyuka, ni nicara mu mwiza Uhoraho azombera umuco.


Kuba umuco wākira amahanga, No kuba ubgiza bg’abantu bawe b’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ