Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 4:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Yimuka i Nazareti, aja kuba i Kaperinawumu hafi y’ikiyaga mu rugabano rwa Zebuloni na Nafutali,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Yabanje kuja i Nazareti, hanyuma avayo aja kuba i Kaperinawumu, igisagara cari hafi y’ikiyaga mu ntara ya Zabuloni na Nafutali,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 4:13
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ asubira kuja i Kana i Galilaya, hamwe yahindurira amazi agacika vino. Hār’ umutware atwarira umwami, umwana wiwe w’umuhungu yar’ arwariye i Kaperinawumu;


Bashika i Kaperinawumu, aca yinjira mw isinagogi kw isabato, arabigisha.


Nawe, Kaperinawumu, mbeg’ uzoshirwa hejuru ushike kw ijuru? Oya, uzocokezwa i kuzimu; kukw ibikomeye vyakorewe muri wewe, iyo biba vyarakorewe i Sodomu, haba hakiriho na bugingo n’ubu.


Ivyo yabivugiye mw isinagogi yigisha i Kaperinawumu.


Nukw iryo shengero ribonye ko Yesu atari ho ari, n’abigishwa biwe na bo ar’ uko, rija mur’ ano mato na ryo, rijabuka i Kaperinawumu rirondera Yesu.


batambukira mu bgato, bajabuka baja hakurya y’ikiyaga i Kaperinawumu. Bgateranye Yesu atarabashikīra;


Hanyuma y’ivyo amanuka i Kaperinawumu, bo na nyina na bene nyina n’abigishwa biwe, amaray’ imisi itari myinshi.


Bashitse i Kaperinawumu, abatoza ikori ry’urusengero baza kuri Petero, baramubaza, bati Harya Umwigisha wanyu ntatanga ikigabane ca shekeli? Na we at’ Ego me, aragitanga.


Arababgira, ati Ntimuzobura kuncirak’ uyu mugani, muti Muvūzi, wivūre. Ivyo twumvise vyose ko wakoreye i Kaperinawumu, ubikorere n’ino mu ntāra y’i wanyu.


ngw ivyanditswe na Yesaya yavugishwa n’Imana bishike,


ngw Igihugu ca Zebuloni n’igihugu ca Nafutali, Aherekeye ku kiyaga, hakurya ya Yorodani, I Galilaya h’abanyamahanga,


Aja mu bgato, arajabuka, ashika mu gisagara c’i wabo.


Hashize imisi, asubira i Kaperinawumu, bimenyekana kw ari mu nzu.


Nawe, Kaperinawumu, mbeg’ uzoshirwa hejuru, ushike kw ijuru? Oya, uzocokezwa i kuzimu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ