Matayo 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Uyo ni we yavuzwe na Yesaya yavugishwa n’Imana, at’ Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Uwo Yohana ni we yari yaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya, igihe yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |