Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 27:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 Ariko bugorovye haza umutunzi w’i Arimataya yitwa Yosefu, kandi na we yar’ umwigishwa wa Yesu;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

57 Buriko burira, haza umutunzi w’i Arimataya yitwa Yosefu, kandi na we nyene yari umwigishwa wa Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 27:57
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bāgeze kw ahambga hamwe n’abanyavyaha, asangira imva n’umutunzi mu gupfa kwiwe; nah’ ata kibi yakoze, kand’ ata guhemana kwari mu kanwa kiwe.


uyo aja kuri Pilato asaba ikiziga ca Yesu. Maze Pilato avuga ko bakimuha.


Abigishwa biwe bavyumvise baraza, bajana ikiziga ciwe, bagihamba mu cobo.


Bamaze gushitsa ivyo yandikiwe vyose, bamumanura ku giti, bamushira mu mva.


Hār’ umuntu w’i Ramatayimu‐sofimu, mu mugamba w’Abefurayimu, yitwa Elukana; yari mwene Yerohamu, Yerohamu wa Elihu, Elihu wa Tohu, Tohu wa Sufu, w’Umwefurayimu.


agaheza agasubira i Rama, kukw ari ho urugo rwiwe rwari ruri, na ho nyene akahacīrira Abisirayeli imanza. Kandi yari yarahubakiye Uhoraho igicaniro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ