Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Aya yoshoboye kugurwa vyinshi bigahabga aboro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Aya mavuta yari kugurishwa amahera menshi agafasha aboro.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:9
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Gehazi, umusuku w’uwo muntu w’Imana Elisa, arivuganya, ati Databuja ko yahebeye Namani uwo Musiriya, ntiyābīre ivyo amugemuye, ndahiye uguhoraho kw’Uhoraho, singenda ntirutse ngo ndamuhamvye, ngire ico ndamwiyakira.


Yesu avyumvise arababgira, ati Mubabariza iki uyu mugore? Ankoreye igikorwa ciza.


Arikw abigishwa babibonye, baritonganya, bati Mbeg’ ubu buhombe n’ubg’ iki?


Kuko yoshoboye kugurwa idenariyo amajana atatu arenga, zigahabga aboro: baramwidodombera.


Bātaye inzira igororotse, barazimira, bakurikira inzira ya Balamu, mwene Beyori, umwe yakunze ingero zo kugabitanya,


Arikw abantu ni bo bākūye intama n’inka mu zo bānyaze, izarusha izindi kuba nziza mu zāgira zigesezwe, ngo zize zibe izo gushikanira Uhoraho Imana yawe kw ibimazi ngaha i Gilugali.


Ariko Sauli n’ingabo ziwe baziguriza Agagi, bo n’ibirusha ibindi ubgiza mu ntama no mu nka no mu mashūri anuze no mu myagazi y’intama, mber’ ivyiza‐vyiza vyose, banka kubigeseza rwose; arikw ibigayitse vyose n’ ibitagira ico bimaze aba ari vyo bageseza rwose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ