Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Murazi yukw imisi ibiri ni yashira, hazoba Pasika, kand’ Umwana w’umuntu azotangwa abambge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 “Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:2
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amaraso y’ikimazi mpawe ntimuze muyahēreze hamwe n’imitsima yambiwe; ikimazi gitanzwe ku musi mukuru wa Pasika ntikize kirāre ngo gishitse mu gitondo.


na Simoni Umunyakananayo, na Yuda Isikaryota, umwe yamugura.


Bakigendagenda i Galilaya, Yesu arababgira, at’ Umwana w’umuntu azoshirwa mu maboko y’abantu,


ati Nācumuye, naguze amaraso y’ūtagira icaha. Na bo baramwishura, bati Bidutwaye iki? N’ivyawe.


Arababgira, ati Kwifuza nifuje cane gusangira namwe ivy’ iyi Pasika, ntarababazwa.


Maze Pasika y’Abayuda yarikw irashika, benshi bava mu misozi, badūga i Yerusalemu, Pasika itarashika, ngo bihumanure.


Nuko hasigaye imisi itandatu Pasika igashika, Yesu aja i Betaniya, ni ho Lazaro yaba, umwe Yesu yazuye mu bapfuye.


Kandi na Yuda amugura yar’ azi aho hantu, kuko Yesu yahora ajanayo n’abigishwa biwe kenshi.


Ngw ijambo rya Yesu rishike, iryo yavuze abamenyesha urupfu azopfa urw’ ari rwo.


Kandi Pasika y’Abayuda yari hafi; Yesu adūga i Yerusalemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ