Matayo 24:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yicaye ku musozi wa Elayono, abigishwa biwe baramwēgēra bihereranye, baramubaza, bati Tubgire, ivyo bizobaho ryari, kand’ ikimenyetso kizoba iki c’ukuza kwawe n’ic’ umuhero w’isi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi Elayono, biherereye, abigishwa biwe baramubaza bati: “Tubwire, ivyo bizoshika ryari, kandi ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ukugaruka kwawe n’umuhero w’isi?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |