Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nuko ni mugende mu mayirabiri, abo muribuboneyo bose mubahamagare, baze babutahe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 None rero nimugende mu mabarabara no mu mayirabiri, mutumire umuntu wese muhasanga.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:9
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuk’ umwami w’i Babuloni ahagaze mu mayirabiri, ah’ izo nzira zompi zishamikiye, kugira ngw araguze: azungagiza imyampi, akaraguza ibigirwamana vyitwa terafimu, agasuzuma igitigu.


Ntiwar’ ukwiye guhagarara mu mayirabiri ng’ utikize ababo bacitse, kandi ntiwari gutanga amasigarira yabo ku musi w’amazigirizwa yabo.


Baramwishura, bati N’ukw ata waturaritse. Arababgira, ati Namwe ni mungīre mu ruzabibu.


Abo bagendanyi baragenda baja mu nzira bakoranya abo babonye bose, ababi n’abeza; mu bukwe huzura ababutorewe.


Maz’ abgira abagendanyi biwe, at’ Ubukwe buriteguwe, arikw abābutorewe ntibāri babukwiye.


kandi yuk’ ukwihana no guharirwa ivyaha bikwiye kuvugwa mw izina ryiwe mu mahanga yose, uhereye i Yerusalemu.


Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza.


Jewe, uwuri mu nyuma y’uwo mu nyuma y’abera bose, naherewe ubgo buntu kubgira abanyamahanga ubutumwa bgiza bg’itunga rya Kristo ritagira aho riherera,


Kandi Mpwemu bo na wa mugeni barahamagara, bati Ngwino. Kand’ uwumva n’ahamagare, ati Ngwino. Kand’ ūfise inyota n’aze, ūgomba ni yākīre amazi y’ubugingo ku buntu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ